Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Maze Hushayi abarira Sadoki na Abiyatari abaherezi, at’ Inama Ahitofeli yagīriye Abusalomu n’ abakuru b’Abisirayeli n’iyi n’iyi; ariko jeho iyo nabagīriye, nababariye ntya na ntya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:15
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bamaze kugenda, ba bandi barūrira basokoroka mur’ ico cobo, baragenda babibarira umwami Dawidi; baramubarira, bati Ni muhaguruke mujabuke n’ingoga, kuko Ahitofeli yabagīriye inama izi n’izi.


Sadoki mwene Ahitubu na Ahimeleki mwene Abiyatari ni bo bār’ abaherezi; Seraya ni we yar’ umukarani;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ