Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Na ho ni yaramuka ahungiye mu gisagara, Abisirayeli bose bazozana imigozi, dukwege ico gisagara tugicurangurize mu ruzi, gushitsa hatakiboneka n’akabuye na kamwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:13
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Abusalomu n’ abantu bose b’Abisirayeli baravuga, bat’ Inama ya Hushayi Umwaruki iruse inama ya Ahitofeli. Icabiteye n’uk’ Uhoraho yari yaragabiye gusambura izo nama nziza za Ahitofeli, kugira ngw ateze Abusalomu ivyago.


Ni co gituma igisagara c’i Samariya nzogihindura nk’ikigūngūzi c’amabuye co mu ndimiro, habe aho gutera imizabibu; kand’ amabuye yaho nzoyahondoganiriza mu mwonga, n’amatanguriro y’amazu yaho nzoyaserura ahabona.


Arababgira, ati Ntimubona ivyo vyose? Ndababgire ukuri: Aha ntihazosigazwa ibuye rigeretse ku rindi, ridasamburiwe hasi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ