Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Tuzomusēsekako ah’ azoba ari hose, tumutondeko nk’ ikime, nk’uko gitonda kw isi; nuk’ uhereye kuri we n’ingabo zose zizoba ziri kumwe na we, ntituzosiga n’uwa kirazira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Beni‐hadadi yongera kumutumako, muti N’umukungugu ur’ i Samariya, muti Ni waramuka ukwiye ingabo ziwe zimukakako, mut’ Umuntu wese ngw ayore n’urushi na rumwe, mut’ Imana zirakabimuhanira kandi birushirije!


Muti None rero, enda shinga na shebuja umwami w’i Ashuri; muti Na we Rabushake araguha amafarasi ibihumbi bibiri, namba nawe ubgawe woshobora kuronka abo uyūriza.


Ngo Wimvye amazi mu mahanga, urayanywa; wakamishije inzūzi zo muri Egiputa ubgōro bg’ibirenge vyawe.


Abantu bawe bitanga babikunze ku musi ugomora ingabo zawe; Abasore bawe baza ah’ uri nk’ikime, Bashazishije ukwera, bavuye mu nda y’agatondotondo.


Ubgibone bgo mu mutima wawe bgaraguhenze, wewe uba mu bitandara vyacitsemw’ ibihoro, ukīvyagirira hejuru iyo bigwa; wewe uvugira mu mutima wawe, uti Ni nde yonkororera hasi?


Kand’ amasigarira ya Yakobo azoba mu moko menshi ababere nk’ikime kivuye k’Uhoraho, nk’urume rutonze ku bgatsi, bitororēra umuntu, canke ngo bitenyenyere abantu.


Nuko murābe mwitegereze utunyegero twiwe twose aho yihisha; muheze mungarukanire inkuru y’imvāho, nanje nzoheza njane namwe: kandi namb’ ari mur’ ico gihugu, nzomusesangura mu masinzi yose y’ Abayuda.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ