Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 16:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Uku ni ko Shimeyi yagenda aramutuka, ati Genda, urakagenda, wa mwicanyi we, wa mugesera we!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 16:7
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

N’iki catumye ukēngēra ijambo ryanje jewe Uhoraho, ugakora ivyo mbona kw ari bibi, ukicisha inkota Uriya Umuheti, ugacūra umugore wiwe ukamugira rwawe, na we Uriya ukamwicisha inkota y’Abamoni?


Agenda aratera umwami Dawidi amabuye, n’abantu biwe bose; kand’ abantu bose n’abahizi bose bari bamuhagatiye i buryo n’i bumoso.


Ariko Abishayi umwana wa Seruwiya aravuga, ati None Shimeyi ntakwiye gupfa, ko yatutse uwo Uhoraho yimikishije amavuta?


Hār’ umuntu w’umugesera yitwa Sheba, mwene Bikuri Umubenyamini; aca avuza inzamba, aravuga, ati Dawidi nta co tumwegako, nta mugabane dufise kuri mwene Isayi: yemwe Bisirayeli, hogi twitahire, umuntu wese aje i muhira!


Nuk’ uwo musi abantu bose n’Abisirayeli bose bamenya ko bitāvuye ku mwami kwica Abuneri mwene Neri.


maze muzane abantu babiri b’inshirukanya, baje imbere yiwe bamwagirize, bati Warogose ku Mana no ku mwami. Muheze mumujane inyuma y’ igisagara, mumwicishe amabuye.


maz’ abo bantu babiri b’inshirukanya baraza bamwicara imbere, bāgiriza Naboti ngaho imbere y’ abantu, bati Naboti yarogose ku Mana no ku mwami. Maze baca bamukūra mu gisagara, bamwicisha amabuye.


Benshi baramvuga, Ngo Nta gakiza afise ku Mana. Sela.


Uzohonnya abanyabinyoma: Uhoraho yanka urunuka umwicanyi n’ingunge.


Unkize umwenda w’amaraso y’umuntu, Mana, we Mana y’agakiza kanje; Ni ho ururimi rwanje ruzorenza ijwi ruririmba ukugororoka kwawe.


Kubg’ ijwi ry’umwansi, Kubg’ agahahazo k’abanyakibi. Kuko bandundakw amagorwa, Bakampīgana inzigo.


Umutima wanje umbabariza cane imbere, Ubgoba bginshi bg’urupfu bunguyeko.


bati Hādutse abagesera muri mwebge bariko barakwegakwega abo mu gisagara cabo, bat’ Ingo tugende, dusabe izindi mana, kand’ ar’ izo mutigeze kumenya;


Kandi bene Eli bār’ abanyangeso mbi; bāpfa uko bagize ivy’ Uhoraho,


None rer’ ubimenye, wiyumvire ico wokora, kuko hagiye kuba ivyago kuri databuja no ku rugo rwiwe rwose, kand’ ar’ umuntu w’umugesera, ata woshobora kugira ico amubgira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ