Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 16:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Umwami aramubaza, ati Mbega mwene shobuja we ari hehe? Ziba aramwishura, at’ Erega yigumiye i Yerusalemu, kuko yavuze ng’ uyu musi ab’ inzu ya Isirayeli baramusubiza ku ngoma ya se.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 16:3
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami abarira Ziba, at’ Ehe rāba, ivyar’ ivya Mefibosheti vyose ndabikugabiye. Ziba aramwishura, ati Ndagukūriye ubgatsi, mwami wanje nyen’ ingoma; urakāma untonesha.


Ūbeshera mugenzi we mu mpisho nzomurandura: Ūgamika, akagira umutima wibona, sinzomwihanganira.


Ūtarementanisha ururimi rwiwe, Ntagirire nabi mugenzi we, Ntakaze inkuru y’umubanyi wiwe.


Abakunzi banje n’abagenzi banje wabashize kure yanje, N’abo tuzinanyi baroye mu mwiza.


Uko ni kw inzira zimeze z’ umuntu wese w’ikirara ku nyungu: Inyungu ikūrah’ ubugingo bga ba nyene yo.


Icabona c’ibinyoma kizoranduka, Arik’ umuntu yumva neza azovuga ata kimutēsha.


Ntimukizigire umukunzi, ntimukishimire incuti; ufate n’akanwa kawe no ku mugore wawe mupfumbatirana.


Bazobona ibara, kuko bajanye inzira ya Kayini, bakiroha mu buzimire bga Balamu kubg’ amaronko, bagahonera mu mugararizo wa Kora.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ