2 Samweli 16:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ahitofeli yishura Abusalomu, ati Genda winjirane baka so b’incoreke, abo yasigaranye urugo; ni ho Abisirayeli bose bazomenya ko wacancabuye na so, abari kumwe nawe bose bagaca barema. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |