Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 16:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Maze Abusalomu abaza Hushayi, at’ Urwo ni rwo rukundo ukunze wa mukunzi wawe? Mbega k’utajanye na we?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 16:17
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hushayi yishura Abusalomu, at’ Ekaye; arik’ ūtoranijwe n’ Uhoraho n’iri hanga bo n’ingabo zose z’Abisirayeli, nzoba uwiwe, ni we nzogendanira.


Nukw avuye i Yerusalemu gusanganira umwami, umwami aramubaza, ati Mbega n’iki cākubujije kujana nanje ga Mefibosheti?


Umukunzi akundana ibihe vyose, Kandi yavukiye kukubera nk’ uwo muvukana mu magorwa.


Ūcuditse na benshi aba yizaniye guhenebera, Ariko har’ umukunzi yimatanya n’umuntu kurusha ūvukana na we.


Mbeg’ iyo ni yo ngero mushubije Uhoraho, Mwa bantu b’ibipfu b’imburabgenge? Si we Muvyeyi wanyu yabaremye, Akababumba, akabakomeza?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ