Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 16:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Nuko Abusalomu n’Abisirayeli bose bashika i Yerusalemu, na Ahitofeli ari kumwe na we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 16:15
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ igihe Abusalomu yarikw aratanga ibimazi, atuma guhamagaza Ahitofeli w’i Gilo, umujanama wa Dawidi; ava mu gisagara c’i wabo i Gilo. Nukw inama y’ubugarariji irakomera, kukw abantu bāgenda bagwirirana kuri Abusalomu.


Maze Dawidi ashitse ku mpinga y’uwo musozi, aho bama basengera Imana, Hushayi Umwaruki aza guhūra na we, yitantamuriyekw impuzu yiwe, yisutse ivu ku mutwe.


Nuko Hushayi, uwo mukunzi wa Dawidi, aja ku murwa i Yerusalemu, ahashika igihe Abusalomu na we ashitseyo.


Nuk’ umwami n’ abantu bose bari kumwe na we bashika i Ayefimu; aruhukirayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ