Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 15:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Kandi bafiseyo n’ abahungu babo bompi, Ahimasi wa Sadoki na Yonatani wa Abiyatari; abo ni bo muzoja murantumako, ngo mummenyeshe ivyo muzokwumva vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 15:36
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwami arongera abarira Sadoki umuherezi, at’ Urumva, ni musubire ku murwa amahoro, mwe n’abahungu banyu bompi, Ahimasi umuhungu wawe na Yonatani mwene Abiyatari.


Maze Hushayi abarira Sadoki na Abiyatari abaherezi, at’ Inama Ahitofeli yagīriye Abusalomu n’ abakuru b’Abisirayeli n’iyi n’iyi; ariko jeho iyo nabagīriye, nababariye ntya na ntya.


Kandi Yonatani na Ahimasi bāri babaye barīkinga i Eni‐rogeli, umuguranokazi akāma aja kubacira agace, na bo bakaja kubibgira umwami Dawidi; kuko batātinyuka gushika ku murwa icese.


Akibivuga, haza Yonatani mwene Abiyatari umuherezi; Adoniya aramubarira, ati Shika, kuk’ ur’ umuntu ameze neza, ntiwobura kuzana inkuru nziza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ