2 Samweli 15:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)
35 Kandi ntuzi yuk’ uzoba uri kumwe na Sadoki na Abiyatari abaherezi? Nuko ni wagira ikintu cose wumva i bgami, uz’ uze ukibarire abo baherezi Sadoki na Abiyatari.
Kandi Yonatani na Ahimasi bāri babaye barīkinga i Eni‐rogeli, umuguranokazi akāma aja kubacira agace, na bo bakaja kubibgira umwami Dawidi; kuko batātinyuka gushika ku murwa icese.