2 Samweli 15:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 ariko ni wasubira ku murwa, ukabgira Abusalomu, uti Mugenzi, mbaye umusavyi wawe; uti Nk’ uko nahora nsaba so mu gihe gishize, ni ko nawe nzogusaba. Uko ni k’uzoshobora kugenda unyicira inama za Ahitofeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |