Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 15:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Ehe nzororērera ku majabukiro afata mu bugaragwa, gushitsa aho muzommenyeshereza inkuru z’uko bimeze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 15:28
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Igihugu cose kirarira kiraboroga abantu bose bakiriko barajabuka; umwami na we aca arajabuka uwo mugezi Kidironi. Nukw abantu bose ni kwo kujabuka; bagenda batumbereye inzira ija mu bugaragwa.


Nuko Sadoki na Abiyatari barerura iyo sandugu y’Imana, bayisubiza i Yerusalemu, bagumayo.


Umwami abaza Ziba, at’ Ibi n’ivy’ iki? Ziba aramwishura, at’ Indogoba n’izo kugira ngw abo mu rugo rwawe bazigendereko, mugenzi; imitsima n’ amatunda na vyo n’induhuro y’ imikangara, vino na yo n’iyo guhēmbūra abazogwira isari mu bugaragwa.


Hanyuma Ahitofeli abarira Abusalomu, ati Hinge ntoranye ingabo ibihumbi cumi na bibiri, mpaguruke nkurikire Dawidi mur’ iri joro nyene;


None rero ni mutume kuri Dawidi vuba, mut’ Iri joro nturāre ku majabukiro afata mu bugaragwa, ariko ntihagire ikikubuza kujabuka; muti Kugira ngo ntibakumirane n’abantu bose muri kumwe, mugenzi.


Nukw Abisirayeli bagishagaje i Gilugali barya ivya Pasika ku musi ugira icumi na kane w’ukwo kwezi, ku mugoroba, bari mu kiyaya c’i Yeriko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ