Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 15:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Maz’ umwami abarira Sadoki, ati Subiza isandugu y’Imana ku murwa; Uhoraho ni yangirira ubuntu azongarukanayo, anyereke iyo sandugu yiwe n’ah’ aba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 15:25
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko binjiza iyo sandugu y’Uhoraho, bayishira aho yagerewe hagati mw ihema Dawidi yari yarayishingiye. Dawidi araheza atangira imbere y’Uhoraho ibimazi vyoswa n’ivy’ ishimwe.


abarira ūvugishwa n’Imana Natani, at’ Ehe jewe mba mu nzu yubakishijwe amasederi, na yo isandugu y’Imana iba mw ihema gusa.


Naranezerewe hamwe bambgira, Bati Tugende tuje ku ngoro y’Uhoraho.


Kubg’ ingoro y’Uhoraho Imana yacu Nzokwendeza ivyiza.


Uhoraho, nkunda ah’ inzu yawe igerereye, Ahantu ubgiza bgawe buba.


Kuko kumara umusi umwe mu nyubakwa zawe kuruta kumara iyindi igihumbi ahandi. Nopfuma mpagarara ku gisapfu c’ingoro y’Imana yanje, Hako noba mu mahema y’ abanyakibi.


Kubg’ imbabazi zawe warōngōye abantu wacunguye: Wabarōngōje inkomezi zawe mu nzira ija ahantu hēra, ah’ uba.


Maze Mose abgira Uhoraho, ati Rāba, wambariye ngo Dūgana abo bantu, ariko ntiwammenyesha uwo udutumanye. Yamara waravuze, uti Ndakuzi izina, kandi wagiriwe ubuntu imbere yanje.


None rero, ndakwinginze, asangwa nagiriwe ubuntu imbere yawe koko, n’unyereke imigendere yawe, kugira ngo nkumenye, mbone kurushiriza kugirirwa ubuntu imbere yawe: kandi wibuke yukw iryo hanga ar’ iryawe.


Kandi na Hezekiya yari yarabajije, at’ Ikimenyamenya kizoba iki, cerekana ko nzodūga nkaja mu ngoro y’Uhoraho?


Nuko rero, ubabūrire ayo majambo yose, ubabgire, ut’ Uhoraho azokwivuga ari mw ijuru, avuge n’ijwi rirenga ar’ ahiwe hēra; umukuku wiwe azowutontomera; azovuza akāmo, nk’ak’ abakānya inzabibu, akavugirije ababa kw isi bose.


Ntimwizigire amagambo y’ibinyoma, avuga ngo Nguru urusengero rw’Uhoraho, nguru urusengero rw’Uhoraho, nguru urusengero rw’Uhoraho!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ