Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 15:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Igihugu cose kirarira kiraboroga abantu bose bakiriko barajabuka; umwami na we aca arajabuka uwo mugezi Kidironi. Nukw abantu bose ni kwo kujabuka; bagenda batumbereye inzira ija mu bugaragwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 15:23
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dawidi yishura Itayi, ati Nuko genda, ujabuke. Nuko Itayi Umunyegati arajabuka, bo n’ingabo ziwe zose n’abana bose bari kumwe na we.


Ehe nzororērera ku majabukiro afata mu bugaragwa, gushitsa aho muzommenyeshereza inkuru z’uko bimeze.


Umwami abaza Ziba, at’ Ibi n’ivy’ iki? Ziba aramwishura, at’ Indogoba n’izo kugira ngw abo mu rugo rwawe bazigendereko, mugenzi; imitsima n’ amatunda na vyo n’induhuro y’ imikangara, vino na yo n’iyo guhēmbūra abazogwira isari mu bugaragwa.


Mbere yirukana na inakuru Mayaka mu bugabekazi, kuko yabājishije igishushanyo c’ubuyobe ngo kibe Ashera; asitura ubgo buyobe bgiwe, agituririra ku mugezi Kidironi.


Umusi wayivuyemwo, ukajabuka umugezi Kidironi, umenye neza k’ utazobura gupfa; amaraso yawe azoba ari wewe aja ku mutwe.


Abaherezi baja haruguru mur’ iyo ngoro y’Uhoraho kugira ngo bahahumanure, ibihumanya vyose basanze mur’ urwo rusengero rwiwe babisohora mu rugo rw’iyo ngoro yiwe. Abalewi baraheza baravyābīra, babijana hirya ku mugezi Kidironi.


Kand’ umwonga wose uhambgamw’ imivyimba ugatābgamwo n’umunyota, n’indimiro zose ukarinda ushitsa ku mugezi Kidironi, ugashitsa no ku mfuruka y’irembo ry’amafarasi aherekeye i burasirazuba, hose hazoba ahēra h’ Uhoraho; ntihazokwongera guhomvorwa ngo hasangangurwe gushitsa ibihe bidashira.


Mur’ iyo misi haza Yohana Umubatizi, yigishiriza mu bugaragwa bg’i Yudaya,


Uyo ni we yavuzwe na Yesaya yavugishwa n’Imana, at’ Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe.


Nya mwana arakura, agwiza inkomezi z’umutima, aba mu bugaragwa kugeza umusi yerekewekw Abisirayeli.


Yesu avuze ivyo, avanayo n’abigishwa biwe afata hakurya y’umugezi witwa Kidironi; aho hār’ itongo: ashikaho, bo n’abigishwa biwe.


munezeranwe n’abanezerewe, murirane n’abarira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ