Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 15:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Kandi yama akoroka hakiri kare, akagenda agahagarara kw ishikiro ry’ikirimba; maz’ umuntu wese afise urubanza agomba gucirwa n’umwami, Abusalomu akamuhamagara, akamubaza, at’ Uva mu kihe gisagara? Na we at’ Umusavyi wawe nd’ uwo mu muryango munaka wo mu Bisirayeli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 15:2
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Hamori n’ umwana wiwe Shekemu baja kw irembo ry’igisagara cabo, baja inama n’abagabo bo mur’ ico gisagara,


Nuk’ umwami aca arahaguruka, aja kuvyagira ku kirimba. Maze babarira abantu bose, bat’ Ereg’ umwami avyagiye ku kirimba. Nukw abantu bose baza kumushengerera. Kand’ Abisirayeli bose bari barashwiragiye, umuntu wese aja i we.


Baramwishura, bati Ni wemera kugirira neza aba bantu, ukabanezereza, ukababarira amajambo meza, nuko na bo bazokwumvira ibihe vyose.


Umwicanyi azinduka mu gahuru, akica impahazwa n’ umukene; No mw ijoro amera nk’igisuma.


Sebukwe wa Mose, amaze kwitegereza ivyo vyose Mose akorera abantu, aramubaza, at’ Ivyo ukora n’ibiki, ukorera abantu? N’iki gituma wicara ngaho ur’ umwe, abantu bose bagahagarara bagukikije, guhera mu gitondo ugashitsa ku mugoroba?


Kand’ iyo bafise ico bapfa, baza kuri jewe, ngacira urubanza umuntu na mugenzi we, nkabamenyesha amabgirizwa y’ Imana, n’ivyagezwe vyayo.


Nuko bacira abantu imanza ibihe vyose: imanza zigoye bazizanira Mose, arikw izitagoye zose bakazica ubgabo.


Kuko badasinzira, shiti bakoze ikibi; Kandi n’itiro ryabo riraguruka, iyo batagize uwo bagwisha.


Bukeye mu gishingo ciwe hazovyuka umuntu w’inkēngērwa, atāhawe icubahiro c’ubgami; arikw azoza mu gihe c’impore, yironkeshereze ubgami ubuhemanyi.


Umutwenzi utambitse abaherezi bakuru bose n’abashingantahe b’ubgo bgoko bagīra inama Yesu ngo bamwice.


Ni haramuka habaye urubanza runaniranye, ari mu vy’ abīcanye, canke mu vyo abantu bapfa, canke mu vy’abakomerekanije, cank’ imibūrano yindi ivyutse mu bisagara vyanyu; mwebge abazica muze muhaguruke, muje ha hantu Uhoraho Imana yanyu azoba yātoranije,


Nuko Bowazi aradūga, aja kw irembo ry’igisagara, yicarayo: maze wa mucunguzi Bowazi yavuze arahaca; aramuhamagara, ati Yewe naka! Ngo wicare hano. Aragenda, aricara.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ