Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 15:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Bukeye haza intumwa kuri Dawidi, iravuga, it’ Imitima y’Abisirayeli yaroye kuri Abusalomu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 15:13
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uko ni ko Abusalomu yagenza Abisirayeli bose baza kwitwara ku mwami; nukw atwara imitima y’ Abisirayeli.


Abantu bose babibonye birabanezera; mber’ ivy’ umwami yakora vyose vyagenda binezera abantu bose.


Uhoraho we, ereg’ abarwanizi banje baragwiriye! Abangararije ni benshi.


N’ukuri abafafara ni nk’impwemu zihumetswe, kand’ abahambaye n’ibinyoma gusa: Ni bashirwa ku munzane, bazoteruka gusa; Bose hamwe bahwahutse kurusha impwemu zihumetswe.


Kand’ ishengero rimugiye imbere n’irimukurikiye rirasemerera, riti Hoziyana, mwana wa Dawidi, hashemezwe ūje mw izina ry’Uhoraho, hoziyana mw ijuru.


Pilato arababaza, ati None Yesu yitwa Kristo, we ndamugire nte? Bose bati N’abambge.


Ba inarume baragenda bīgānira ayo majambo yose ab’i Shekemu bose; na bo imitima yabo baca bayishira kuri Abimeleki, bati Na kare yari mwishwa wacu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ