Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Uwo mugore w’i Tekowa yishura umwami, at’ Abe ari jewe bizosubira ku mutwe, n’inzu ya data, mwami wanje nyen’ ingoma, ntibize bikujeko cank’ ingoma yawe, mugenzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:9
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nyina aramwishura, ati Mwana wanje, umuvumo wovumwe uz’ube kuri jewe; pfa kunyumvira gusa, ugende uzinzanire.


Jewe ndamwishinze, abe ari jewe uzomubaza: ni ntamukugarukanira, ngo mmugushikirize, nzoba ngukoreye icaha kitazomvako gushitsa ibihe bidashira.


Umwami aramwishura, ati Ni hagira ūkuvuga, umunzanire, ntazoba agisubira kugukakaza.


Umwami abgira uwo mugore, ati Genda, ni witahire; ivyawe ndabitunganya.


Uko ni kw amaraso yabo azosubira ku mutwe wa Yowabu no ku mitwe y’uruvyaro rwiwe ibihe vyose; ariko kuri Dawidi n’uruvyaro rwiwe n’inzu yiwe n’ingoma yiwe hazoba amahoro ava k’Uhoraho ibihe vyose.


Nuko ntimuze muhumanye igihugu murimwo; kukw amaraso ari yo ahumanya igihugu; kandi nta mpongano yaco yo kugihongera kubg’ ayo maraso yakiviriyemwo, atar’ amaraso y’uwayavishije.


Abantu bose baramwishura, bat’ Amaraso yiwe araba ari twebge akora n’abana bacu.


yitembagaza imbere y’ ibirenge vyiwe, aramubarira, ati Mwami wanje, ico caha abe ari jewe kijako; ndakwinginze, jewe umuja wawe zirikana ico nkubarira, utegēre amajambo yanje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ