Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Non’ abaryango bose bankūriye hasi, jewe incoreke yawe, ngo ni ntange uwishe mugenzi we, kugira ngo bamuhōre uwo yishe; bakagomba kwica n’uwotoye umwandu; uko ni ko bagira bazimye agakara nari nsigaranye, ngo ntibasigarize umugabo wanje izina cank’ imbuto kw isi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:7
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

akazika agufitiye kagashira kuri wewe, akibagira ivyo wamukoreye: maze nzoca ngutumako, ugaruke: none nobaburira rimwe mwempi?


Rāba, uyu musi unyirukanye kw isi, nshiburiwe kure yo mu nyonga hawe; nzogenda ndāraguza, nd’ inyererezi mw isi, kand’ ūzombona wese azonyica.


Abantu bakuru bo mu rugo rwiwe babibonye bamuhagarara i ruhande, ngo bamuvyure ave hasi, aranka, yanka no kuja aho bari ngw afūngure.


Kandi jewe incoreke yawe nari mfise abana b’ abahungu babiri; bukeye basindira ku gahinga, batagira ūbabanguranya; nuk’ umwe akubita uwundi, agwa bukumbi.


Umwami abgira uwo mugore, ati Genda, ni witahire; ivyawe ndabitunganya.


Ūhōra uwishwe az’ abe ari we amwica ubgiwe: aho bazohūrira, amwice.


Abo barimyi babonye wa mwana wiwe, baravugana, bat’ Urya ni we samuragwa: ni muze tumwice, tuze twegukire umwandu wiwe.


Maz’ uw’ imfura azotangura kuvyara az’ abe ari we asubira mu gishingo c’uwapfuye, kugira ngw izina ryiwe ryoye kuzimangana mu Bisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ