Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kandi jewe incoreke yawe nari mfise abana b’ abahungu babiri; bukeye basindira ku gahinga, batagira ūbabanguranya; nuk’ umwe akubita uwundi, agwa bukumbi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:6
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Kayini abarira Abeli murumuna we, ati Ngo dusohoke tuje mu gahinga. Maze bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli murumuna we, aramwica.


Nuko Abusalomu arahava abarira abasuku biwe, ati Muje muritegereza Amunoni: ni mwabona amaze guhimba vino, nkababarira, nti Ni muzibagure Amunoni; nuko muce mumwica, ntimutinye: none si jewe nzoba ndabibabariye? Nuko mugumye imitima, mube abahizi.


Nukw abo basuku ba Abusalomu bagira Amunoni nk’uko Abusalomu yababariye. Maz’ abana b’umwami bose baca barabatagurika, umuntu wese asimbira ku nyumbu yiwe, barahunga.


Umwami aramubaza, at’ Ubaye iki? Aramwishura, ati Yō! Erega nd’ umupfakazi, umugabo wanje yarapfuye.


Non’ abaryango bose bankūriye hasi, jewe incoreke yawe, ngo ni ntange uwishe mugenzi we, kugira ngo bamuhōre uwo yishe; bakagomba kwica n’uwotoye umwandu; uko ni ko bagira bazimye agakara nari nsigaranye, ngo ntibasigarize umugabo wanje izina cank’ imbuto kw isi.


Bukeye bgaho, asubiye kwanduruka, agize artya aseruka ku bagabo babiri b’Abaheburayo barwana: abaza ūsindiye uwundi, ati N’iki gitumye ukubita mugenzawe?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ