Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Uwo mugore w’i Tekowa ashikiriye umwami, akubita inkoro hasi, aramwunamira, aramubarira, ati Ntabara, mugenzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:4
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ku musi ugira gatatu haza umuntu avuye aho Sauli yar’ ashagaje, yitantamuriyekw impuzu ziwe, yiyoreye ivu mu mutwe; ashitse imbere ya Dawidi akubita inkoro hasi, aramwunamira.


Maze Yowabu akubita inkoro hasi, yunamira umwami, aramuhezagira; aravuga, ati Jewe umusavyi wawe uyu musi mmenye ko ngutonnyeko, mwami wanje nyen’ ingoma, kuk’ ukoze ico nagusavye.


Umwami aramubaza, at’ Ubaye iki? Aramwishura, ati Yō! Erega nd’ umupfakazi, umugabo wanje yarapfuye.


Maze Ahimasi ashira ijwi hejuru, abarira umwami, ati Vyose vyagenze neza. Araheza akubita inkoro hasi imbere y’umwami, aramubarira, at’ Uhoraho Imana yawe ahimbazwe, yaguhaye abantu bari bakubanguriye amaboko, mwami wanje nyen’ ingoma.


Nuk’ uwo mwana amaze kugenda, Dawidi asokoroka aho yar’ ari i ruhande ya ca gihongo, akubita inkoro hasi, amwunamira gatatu; maze baragūmbīrana, bararira, ariko Dawidi we ararushiriza.


Nuko Abigayili abonye Dawidi, ava ku ndogoba yiwe vuba, akubita inkoro hasi, aramwūnamira;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ