Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Ni kwo kubarira abantu biwe, ati Wa murima wa Yowabu wa sayiri, ubangikanye n’uwanje, mugende muwuturire. Nukw abantu ba Abusalomu baragenda barawuturira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:30
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Abusalomu atuma guhamagaza Yowabu, kugira ngw az’ amutume ku mwami; yanka kumwitaba. Yongera kumutumak’ ubugira kabiri, na ho nyene yanka kumwitaba.


Maze Yowabu aca arahaguruka aja kwa Abusalomu, aramubaza, ati N’iki catumye abantu bawe banturirira umurima?


Yowabu aramwishura, ati Nta co nirirwa ndasyogoranya nawe. Araheza ajana amakobero atatu, ayamutobekeranya mu mutima, ar’ aho nyene mu mweloni akibona.


Arababarira, ati Ni mumukororere hasi. Nuko bamukororera hasi; amaraso yiwe atarukira ku nzu no ku mafarasi; aca arayamusiribangisha.


Samusoni arababgira, at’ Ubu ho nta kizombako ku vy’Abafilisitiya, ni naramuka ndabagiriye nabi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ