Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Bukeye Abusalomu atuma guhamagaza Yowabu, kugira ngw az’ amutume ku mwami; yanka kumwitaba. Yongera kumutumak’ ubugira kabiri, na ho nyene yanka kumwitaba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:29
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Abusalomu amara imyaka ibiri yiramvuriye i Yerusalemu, atararengukishwa i bgami.


Arik’ umwamikazi Vashiti yanka kuza ngo yemere ijambo ry’umwami ryatumwe izo nkone: bituma umwami ashangashirwa rwose, uburake bgiwe buraziriringa.


Atuma abagendanyi biwe, ngo bahamagare abātōrewe gutaha ubukwe, banka kuza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ