Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Nuko Abusalomu amara imyaka ibiri yiramvuriye i Yerusalemu, atararengukishwa i bgami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:28
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yakobo aramwishura, at’ Oyaye! Ni naba ngiriwe akagongwe imbere yawe, ndakwinginze, emera indamukanyo nguhaye: kuko kukubona, n’ingen’ unyakiriye neza, ni nko kubona Imana.


Yuda aramwishura, ati Wa mugabo yararenzwe, avuga ko tutazomugaruka mu maso tutajanye na murumuna wacu.


Maz’ umwami aravuga, ati N’asubire mu rugo rwiwe; ariko ntazonkubita ijisho. Nuko Abusalomu asubira mu rugo rwiwe, ariko nta ho yabonana n’umwami.


Bukeye Abusalomu atuma guhamagaza Yowabu, kugira ngw az’ amutume ku mwami; yanka kumwitaba. Yongera kumutumak’ ubugira kabiri, na ho nyene yanka kumwitaba.


Nuk’ umwami Salomo atuma abamukūra ku gicaniro. Nukw araza yikubita imbere y’ umwami Salomo. Salomo aramubarira, ati Ni witahire.


Maz’ umwami atumiza Shimeyi, aramubarira, ati Ni wiyubakire inzu i Yerusalemu, uyibemwo, ntuz’ uyivemwo ng’ ugire ahandi uja na hamwe.


Mwirinde ntimukēngēre n’umwe mur’ aba bana bato: ndababgira yuko mw ijuru abamarayika babo bama barāba mu nyonga ha Data wo mw ijuru. [


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ