Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Kandi Abusalomu yari yaravyaye abahungu batatu n’umukobga yitwa Tamari; yar’ umukobga mwiza w’umunyakaranga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:27
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umusi ur’ izina ku mugoroba, Dawidi amaze kwibambura ku kirwa, agendagenda hejuru ku ngoro yiwe; maz’ akiri hano hejuru, aja abona umugore arikw ariyuhagira, kandi yari mwiza ateye igomwe.


Hanyuma y’ivyo ivyābaye n’ibi: Abusalomu mwene Dawidi yar’ afise mushiki we mwiza w’umunyakaranga, yitwa Tamari. Bukeye Amunoni mwene Dawidi nyene aramugomwa.


Kandi Abusalomu akiriho yari yarābiriye inkingi y’ibuye, ayishinga mu mwonga w’umwami, kuko yari yaravuze, ati Nta mwana w’umuhungu ngira, ngo baze bamunyibukireko, izina ryanje ntirizimangane; ni kwo kwitiranya iyo nkingi izina ryiwe. Nuko yitwa inkingi y’ icibutso ca Abusalomu na bugingo n’ubu.


Nzobahagurukira, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, kandi nzohonnya amazina n’amasigarira, umwana n’umwuzukuru, muri Babuloni, ni k’Uhoraho agize.


Uku ni k’Uhoraho agize, ati Ni mwandike uyu muntu kw abaye incike, umuntu atazopfa aroraniwe: kukw ata wo mu ruvyaro rwiwe azororanirwa, ngw asubire ku ngoma ya Dawidi, canke ngw az’ asubire kuganza i Buyuda.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ