Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Kandi mu banyakaranga bo mu Bisirayeli bose nta wavugangwa nka Abusalomu; uhereye mu bgōro bg’ikirenge ugashitsa mu gitwariro nta gasembga yagira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:25
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi se nta ho yigeze amukankamira, ngw amubaze at’ Ivyo ukora ubiterwa n’iki? Kandi Adoniya yar’ umuntu mwiza w’ umunyakaranga, mu nda kwa se ni we yavutse inyuma ya Abusalomu.


Nuko Satani aca arasohoka, ava imbere y’Uhoraho, atēza Yobu ibihute bikomeye uhēreye mu bgōro bg’ikirenge ugashitsa mu gitwariro.


Akazuru gusa karahendana, n’ubgiza bgo ku rukoba nta co bumaze, Arik’ umugore yubaha Uhoraho ni we ashimwa.


Uhereye mu bgoro bg’ikirenge ugashitsa ku mutwe nta hazima hariho, atar’ inguma n’ibipfupfuri n’imishishagu, bitigeze gukandwa canke gupfukwa canke kubombekeshwa amavuta.


bakenyeje imikanda mu rukenyerero, bīteze ibitambara vy’amabara bitendera mu mitwe yabo, bose baboneka kw ar’ abo mu nda y’ingoma, basa n’ab’i Babuloni h’i Bukaludaya, igihugu c’amavuka yabo.


b’imisore batagira agasembga, ariko b’indanga, bar’ uburyo mu vy’ubgenge bgose, b’abahanga mu vyo kumenya, b’insorongozi mu vy’ubgenge, kandi babereye gukora i bgami; kugira ngw abigishe inyandiko y’Abakaludaya n’ururimi rwabo.


Muzobona ibara, mwebge abanyabgenge b’ivyanditswe n’Abafarisayo, mwa ndyarya mwe, kuko musa n’imva zihomeshejwe ingwa, ziboneka inyuma zīkuyengeje, arikw imbere zuzuye amagufa y’abapfuye n’ibihumanya vyose.


ngw aryīshīre, ar’ ishengero rifise ubgiza, ridafise amarabaga cank’ injebejebe cank’ ikintu cose gisa girtyo, ariko ngo ribe iryera ridafise agasembga.


Uhoraho azobatērēra ibihute bibi mu mavi no ku maguru, mudashobora kuvūrwa; mber’ azobibatēza bihēre mu bgoro bg’ikirenge bigeze mu gitwariro.


Arik’ Uhoraho abarira Samweli, ati Nta co urāba ishusho yiwe, cank’ ikirēho ciwe, kuko ntāmushimye; erega jewe sindāba nk’ukw abantu barāba: kukw abantu barāba ku rukoba gusa, ariko jewe Uhoraho ndāba mu mutima.


Kandi yar’ afise umuhungu mwiza w’umusore yitwa Sauli. Nta n’umwe mu Bisirayeli yamurusha ubgiza, kandi yasumba abantu bose, bamugera ku bitugu gusa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ