Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Maz’ umwami aravuga, ati N’asubire mu rugo rwiwe; ariko ntazonkubita ijisho. Nuko Abusalomu asubira mu rugo rwiwe, ariko nta ho yabonana n’umwami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:24
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yuda aramwishura, ati Wa mugabo yararenzwe, avuga ko tutazomugaruka mu maso tutajanye na murumuna wacu.


Maze Abusalomu musaza we amubonye, aramubaza, at’ Aho ntiwamanye na musazāwe Amunoni? Enda ni wiyihorerere, mwana wa mama; erega kw ari musazāwe, reka kubishirak’ umutima. Nuko Tamari aguma kwa musaza we Abusalomu yifumbereje.


Nuko Abusalomu amara imyaka ibiri yiramvuriye i Yerusalemu, atararengukishwa i bgami.


Dawidi arishura, ati Ni vyiza; mut’ Azosezerana nawe; muti Mugabo hariho kimwe akugombako, mut’ Utazanye Mikali mwene Sauli, ah’ uzozira ngo mubonane, muti Ntuzomukubita ijisho.


Farawo abarira Mose, ati Mva i ruhande! Uzire akaziri, ntuze wongere kungaruka mu maso, kuk’ umusi uzosubira kungaruka mu maso uzopfa!


bazorāba mu nyonga hayo, izina ryayo rizokwandikwa mu ruhanga rwabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ