2 Samweli 14:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze Yowabu akubita inkoro hasi, yunamira umwami, aramuhezagira; aravuga, ati Jewe umusavyi wawe uyu musi mmenye ko ngutonnyeko, mwami wanje nyen’ ingoma, kuk’ ukoze ico nagusavye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |