Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 nt’ Umwami aranyumvira, ankize jewe incoreke yiwe, ankūre mu maboko ya wa muntu agomba kundandurana n’umwana wanje, adukūre mw ishamvu y’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:16
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rero mwami wanje nyen’ ingoma, igitumye nza kukubgira iryo jambo n’ukw abantu banteye ubgoba; incoreke yawe nkavuga nti Hinge nje kwivuganira n’umwami; nti Kumbure umwami yokwemera gukora ico incoreke yiwe imusavye;


Jewe nd’umwe mu bakunda ivy’ amahoro kandi b’abizigirwa mu Bisirayeli; ariko wewe urondera kugeseza igisagara, ari co muvyeyi mu Bisirayeli. N’iki gituma ugomba kuyongobeza ishamvu y’Uhoraho?


Kukw azokiza umukene ah’ azotakambira, N’umugorwa atagira gitabara.


Amajambo y’ubumenyi ari mu minwa y’umwami, Akanwa kiwe nta ho kagoramika imanza.


Kukw abantu b’Uhoraho ari bo mugabane wiwe, Aba Yakobo ni bo shamvu y’ aho yigereje ibango.


None rero ndakwinginze, mugenzi, zirikana amajambo yanje jewe umusavyi wawe, mwami; asangw’ ar’ Uhoraho yakungomoreye, ni yemere ndamuhe ikimazi; na ho ni baba ar’ abantu, barakavumwa imbere y’Uhoraho, kuk’ ubu banciye, ngo singire umugabane mw ishamvu y’Uhoraho, bakavuga ngo ni ngende gusaba izindi mana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ