Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 14:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 None rero mwami wanje nyen’ ingoma, igitumye nza kukubgira iryo jambo n’ukw abantu banteye ubgoba; incoreke yawe nkavuga nti Hinge nje kwivuganira n’umwami; nti Kumbure umwami yokwemera gukora ico incoreke yiwe imusavye;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 14:15
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Erega twese tuzopfa, tumeze nk’amazi asēseka ntayorwe. Mbere n’Imana ntiyiciraho, arikw irondera uburyo kugira ng’ uwaciwe ntaz’ arinde apfa akir’ igicibga.


nt’ Umwami aranyumvira, ankize jewe incoreke yiwe, ankūre mu maboko ya wa muntu agomba kundandurana n’umwana wanje, adukūre mw ishamvu y’Imana.


Icago ni caduka kikica abantu, Ipfa kwitwengera ivyago vy’ abatācumuye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ