2 Samweli 14:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Uwo mugore aramubgira, ati None n’iki caguteye kugira imigabo yo kugirira abantu b’Imana nka ben’ ivyo nyene? Ko vyakwiviriye mu kanwa ga mugenzi, usa n’ūtsinzwe, kuk’ utāgarukanye ca gicibga cawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |