Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 13:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Yābīra ico yakaranzeko, aratumusukira, ariko yanka kurya. Maze Amunoni aravuga, ati Bose ni bataramuke. Nuko barataramuka bose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 13:9
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yosefu ntiyaba agishobora kwiyumanganya imbere y’abo bahagararanye bose; aca avuga n’ijwi rirenga, ati Ni mutaramure abantu bose. Nuko ntihagira uwundi muntu n’umwe asigarana na Yosefu, igihe yibarira bene se.


Maze Amunoni abarira Tamari, ati Nzanira mu mpete utwo warondeye, unyīhēre mbone kurya. Nuko Tamari yābīra utwo dukāte yarondeye, adushīra musaza we Amunoni haruguru mu mpete.


Nuko Tamari aja kwa Amunoni musaza we, asanga aryamye; yābīra igikandu, akibumbabumbamw’ udukāte Amunoni abona, aradukaranga.


Kuk’ ūkora ibibi wese yanka umuco, kandi ntaza ku muco, kugira ngw ibikorwa vyiwe ntibihanwe.


Ariko we, ashitse i Pesilimu hafi y’i Gilugali, arakimirana; arashika abgira umwami, ati Bgirukiro, mfise ijambo ry’ibanga nsaba kukubgira. Na we ati Banza uhagarare. Maz’ abāri kumwe na we bose barataramuka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ