Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 13:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Maze Yonadabu mwene Shimeya, Shimeya mukuru wa Dawidi, aramubarira, ati Mugenzi, erega ntugire ngo bishe abana bawe bose; Amunoni wenyene ni we yapfuye; kukw ivyo Abusalomu yabigabiye guhēra umusi Amunoni yonona mushiki we Tamari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 13:32
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Esau agirira Yakobo urwanko, kubg’ umuhezagiro se yamuhezagiye: maze Esau arivuganya mu mutima, ati Data ashigaje igihe gito tukaja ku kigandaro: ni ho nzokwica murumunanje Yakobo.


Ariko Amunoni yar’ afise umugenzi bakundana yitwa Yonadabu mwene Shimeya, Shimeya mukuru wa Dawidi; kandi Yonadabu uwo yar’ umuntu w’incabgenge.


Nuko none mwami wanje nyen’ ingoma, izo nkuru ureke kuzemera ngo wiyumvire kw abana bawe bose bapfuye, kuko hapfuye Amunoni wenyene.


Ehe rāba, uwo we aramukwa ukugabitanya, Mber’ inda yasamye n’ukugira nabi, avyara ibinyoma.


Isayi arongera amwereka Shama; na ho nyene Samweli aravuga, at’ Eka n’uyu na we Uhoraho si we yatoranije.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ