Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 13:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Maz’ umwami arabaduka, yitantamurirakw impuzu ziwe, arambarara mw ivu; n’ abantu biwe bose bamuhagaze i ruhande na bo bitantamurirakw impuzu zabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 13:31
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Reyubeni agaruka kuri rwa rwobe, asanga Yosefu atarimwo; yitantamurirakw impuzu ziwe.


Yakobo yitantamurirakw impuzu ziwe, akenyera amagunira, amara imisi myinshi agandariye umwana wiwe.


Maze Dawidi afata impuzu ziwe, azītantamurirako, n’abantu bose bari kumwe na we bagira kuno;


Ni co catumye Dawidi yinginga Imana kubg’ uwo mwana, akisonzesha, akinjira mu nzu agakesha ijoro arambaraye hasi.


Bakiri mu nzira, imbitsi ibikira Dawidi ko Abusalomu yishe abana b’umwami bose, ngo Ntihasigaye n’umwe.


Dawidi araheza abarira Yowabu n’abari kumwe na we bose, ati Ni mwitantamurirekw impuzu zanyu, mukenyere amagunira, muririre i ruhande ya Abuneri. Maz’ umwami Dawidi akurikira ikigagara ciwe.


Maze Yobu ava hasi, yitantamurirak’ umutamana wiwe yimosha inkomvorera, yikubita hasi, arasenga,


Yosuwa na we yitantamurirakw impuzu ziwe, yitembagaza imbere y’isandugu y’Uhoraho ashitsa ku mugoroba, bo n’abakuru b’Abisirayeli, bīsūrirakw imikungugu ku mitwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ