Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 13:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Aragenda abarira umwami, ati Jewe umusavyi wawe ndafise abankemurira intama; none ndakwinginze mugenzi, mwe n’abantu bawe muze tujane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 13:24
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Haciye igihe, muka Yuda arapfa, umukobga wa Shuwa. Yuda amaze kuganduka, aradūga aja i Timuna, ku bamukemurira intama, ari kumwe n’umugenzi wiwe Hira Umunyadulamu.


Hashize imyaka ibiri yiramvuriye, Abusalomu arārika abamukemurira intama i Bayali‐hasori, hāri hahereranye n’i Bgefurayimu; maz’ atumira abana b’umwami bose.


Umwami yishura Abusalomu, at’ Oyaye mwananje, ntitwojana twese, ngo tuje kukurusha. Abusalomu aramugōbēra, ariko yanka kugenda, mugabo aramuhezagira.


Bose barabeshana, umuntu wese na mugenzi we: Bavugisha iminwa ihemana n’imitima ibiri.


Akanwa kiwe kanyerera nk’ amavuta, Arik’ umutima wiwe warimw’ intambara gusa; Amagambo yiwe yaremba kurusha amavuta ya elayo, Ariko yar’ inkota zisokowe.


Muti Yumvise k’ufise abantu bariko barakemura; muti Kand’ abungere bawe bābāna na bo, nta co bābagiriye nabi, nta co bājimije igihe cose bābaye i Karumeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ