Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 13:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Kandi yari yambaye umwambaro muremure w’amaboko, kukw abakobga b’umwami bakir’ abigeme ari ko bambara. Nuk’ uwo musuku wiwe aramusohora, aramwugarana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 13:18
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yosefu ashikiriye bene se, bamukiza wa mwambaro wiwe muremure w’amaboko yari yambaye,


Isirayeli yafyinisha Yosefu kuruta abana biwe bose, kuko yamuvyaye ashaje: amubarīriza umwambaro muremure w’amaboko.


barungikira se wa mwambaro muremure w’amaboko, bamutumako, bat’ Uwo mwambaro twarawutoye: rāba ko woba uw’ umwana wawe, canke kw atari wo.


Maz’ ahamagara umuntu wiwe amusukurira, ati Sohora uyu mukobga amve i ruhande, umwugaranire hanze.


Maze Ehudi arasohoka, ashitse ku rubaraza aramwugarana, yugaza inzugi z’ico cumba urupfunguzo.


Ngo Ngira ngo n’uko bakigabangana isahu baronse: Umugabo wese aratwara umwigeme umwe canke babiri, Sisera na we aratwara isahu y’impuzu z’amabara, Impuzu zijererenze amabara, Zijererenze amabara impande zompi zo kwambara mw izosi zivuye mw isahu!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ