Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 13:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Maze Amunoni aca amwanka urunuka; urwanko yamwanse rwaruse urukundo yamukunda. Aramubgira, ati Hoji va hasi ugende.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 13:15
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko yanka kwumva ivyo amubgiye; maze kuko yamurusha inkomezi amufata ku kagōbēro, aryamana na we.


Na we aramwishura, at’ Oyaye si ko, kuko kunyirukana ari bibi kuruta ivyo umaze kungirira. Ariko yanka kwemera.


Maz’ ab’i Babuloni baraza, bamusanga ku buriri yabengukirwako, bamwononesha ubusambanyi bgabo, mbere ahumanywa na bo; hanyuma umutima wiwe urabazinukwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ