10 Maze Amunoni abarira Tamari, ati Nzanira mu mpete utwo warondeye, unyīhēre mbone kurya. Nuko Tamari yābīra utwo dukāte yarondeye, adushīra musaza we Amunoni haruguru mu mpete.
Atumuhēreje ngw arye, Amunoni aramucakira, aramubgira, at’ Enda mushikanje, n’uze turyamane.
Yābīra ico yakaranzeko, aratumusukira, ariko yanka kurya. Maze Amunoni aravuga, ati Bose ni bataramuke. Nuko barataramuka bose.