2 Samweli 12:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 N’iki catumye ukēngēra ijambo ryanje jewe Uhoraho, ugakora ivyo mbona kw ari bibi, ukicisha inkota Uriya Umuheti, ugacūra umugore wiwe ukamugira rwawe, na we Uriya ukamwicisha inkota y’Abamoni? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |