2 Samweli 12:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Bukeye haza umushitsi kwa nya mutunzi, na we yanka gukora mu ntama ziwe canke mu nka, ngw azimane uwo mushitsi amugendeye, arikw ahitana wa mwana w’intama wa nya mworo, ayibāgira umushitsi wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |