2 Samweli 12:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Akūra Milikomu igitsibo mu mutwe, kuriba kwaco kwar’ italanto y’izahabu, kandi cari gihunzwek’ utubuyenge tw’igiciro kinini; nuko bacambika Dawidi mu mutwe. Maze mur’ ico gisagara akūramw’ amasahu menshi cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |