2 Samweli 12:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Araheza atuma intumwa kuri Dawidi, uti Yarwanije i Raba, kandi yafashe igisagara kirimw’ ivomo ryaho; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
(Kand’ uyo Ogi, umwami w’i Bashani, ni we wenyene yar’ agasigarira k’Abarefa. Uburiri bgiwe bgar’ ubg’ icuma: mbega ntibukir’ i Raba mu Bamoni no kugeza n’ubu? Uburebure bgabgo bgar’ amatambge cenda y’ukuboko uciriye mu nkokora, ubgaguke bgar’ amatambge ane, nk’ukw itambge ry’ ukuboko risanzwe rireha.)