2 Samweli 12:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kandi Yowabu yar’ akirwanya i Raba h’Abamoni; atsinda iboma ryazigama ivomo ryaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
(Kand’ uyo Ogi, umwami w’i Bashani, ni we wenyene yar’ agasigarira k’Abarefa. Uburiri bgiwe bgar’ ubg’ icuma: mbega ntibukir’ i Raba mu Bamoni no kugeza n’ubu? Uburebure bgabgo bgar’ amatambge cenda y’ukuboko uciriye mu nkokora, ubgaguke bgar’ amatambge ane, nk’ukw itambge ry’ ukuboko risanzwe rireha.)