Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 12:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 atuma ūvugishwa na we Natani kumwita Yedidiya; agenza artyo nk’uk’ Uhoraho yamubariye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 12:25
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi yirura umugore wiwe Batisheba, yinjira iy’ ari, aramurārira; hanyuma avyara umwana w’umuhungu, amwita Salomo. Uhoraho aramukunda,


Kandi Yowabu yar’ akirwanya i Raba h’Abamoni; atsinda iboma ryazigama ivomo ryaho.


Arikw iryo joro nyene ijambo ry’Uhoraho riza kuri Natani,


Maze Natani abaza Batisheba nyina wa Salomo, at’ Ubgo ntiwumvise ko Adoniya umwana wa Hagita yiyimitse, kandi databuja Dawidi ata co azi?


Babarira umwami, bat’ Ūvugishwa n’Imana Natani nguyu hano. Arengutse imbere y’umwami, akubita inkoro hasi, aramwunamira.


Ariko Sadoki umuherezi na Benaya mwene Yehoyada na Natani uwavugishwa n’Imana na Shimeyi na Reyi na ba bahizi ba Dawidi, ntibāfatanya na Adoniya.


Azariya mwene Natani yar’ umukuru w’ abamenyekana; Zabudi mwene Natani nyene yar’ umuherezi kandi yar’ umukunzi w’umwami;


Riti Rāba uzovyara umwana w’umuhungu, azoba umunyamahoro, riti Kandi nzomuha kuba impore hagati y’abansi biwe bose bamukikije; kukw izina ryiwe azokwitwa Salomo; riti Kandi nzoha Ubgisirayeli amahoro n’umutēkāno ku ngoma yiwe.


Aba ni bo yavyariye i Yerusalemu: Shimeya na Shobabu na Natani na Salomo, abo ukw ari bane yabavyaye kuri Batishuwa umukobga wa Amiyeli;


Mbega Salomo umwami w’ Abisirayeli, we ntiyacumujwe n’ abagore nk’uko nyene? Kandi nta mwami yar’ ahwanye na we yaribgaboneke mu mahanga yose, yakundwa rwose n’Imana yiwe, iramwimika imugira umwami w’ Abisirayeli bose; ariko na we nyene yacumujwe n’abagore b’ abanyamahangakazi nk’ukundi uko.


Akivuga, haza igicu gikayangana, kibatera igitūtu; kand’ ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje nkunda, akampimbara; ni mumwumve.


Buno rer’ ijwi riva mw ijuru, rit’ Uyu ni we Mwana wanje nkunda, akampimbara.


Aba Benyamini abavugako, Ati N’umutoni w’Uhoraho, kand’ azobana na we amahoro; Yama amukingiriye bukarinda bgīra, Aba mu bitugu vyiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ