Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 12:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Maze Dawidi abonye kw abantu biwe bongorerana, amenyera aho k’ umwana apfuye; abaza abo bantu biwe, ati Mbeg’ umwana aracīkānye? Bat’ Aracīkānye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 12:19
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ku musi ugira indwi uwo mwana arapfa; abantu ba Dawidi batinya kumubgira k’umwana acīkānye; bati Mbega ko twamuhanūye umwana akiriho, akanka kutwumvira, none biracura iki, ni twamubgira k’umwana acīkānye? Ubgo ntaca yiyahura?


Maze Dawidi aca arahaguruka, ava aho yar’ arambaraye hasi, ariyuhagira arirtyorora, yambara iyindi myambaro, araheza aja mu ngoro y’ Uhoraho, arasenga; hanyuma ataha i we; maze yatse ivyo kurya barabimuzanira, arafūngura.


Hanyuma umwami Dawidi amugirira inkumbu nyinshi, kuko yar’ amaze gushira umubabaro w’urupfu rwa Amunoni.


Ariko bene Data, ntitugomba ko muyoberwa ivy’ abasinzira itiro ry’urupfu, ngo ntimubabare nka ba bandi badafise ivyizigiro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ