2 Samweli 12:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Maze ku musi ugira indwi uwo mwana arapfa; abantu ba Dawidi batinya kumubgira k’umwana acīkānye; bati Mbega ko twamuhanūye umwana akiriho, akanka kutwumvira, none biracura iki, ni twamubgira k’umwana acīkānye? Ubgo ntaca yiyahura? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |