Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ariko Uriya yīrārira hamwe n’abanyarugo ba shebuja bose, mw irebe ry’ingoro y’umwami, ntiyamanuka ngw aje i we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:9
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze babariye Dawidi, bat’ Erega Uriya ntiyatashe i muhira; Dawidi aca abaza Uriya, ati Mbega ntiwar’ uvuye ku rugendo? None k’utāgiye kurāra i wawe?


Maze Dawidi aramurengukisha ngw aze kurya no kunywa ar’ imbere yiwe, aramuboreza; hageze mw ijoro, Uriya aja kuryama ku gisegure ciwe hamwe na ba banyarugo ba shebuja, ariko ntiyamanuka ngw aje i we.


Maz’ umwami Rehobowamu acurisha izindi nkinzo mu miringa zo gusubira mu gishingo cazo, azizēza abakuru b’ abashibamyi bāshibama ku gisapfu c’ingoro y’umwami.


Kand’ uk’ umwami yaja mu ngoro y’Uhoraho, abo bashibamyi bāgenda bazijanye, hanyuma bakazigarukana bakazisubiza mu nzu yabo.


Ubgenge cank’ ukumenya Cank’ inama, biba ar’ ubusa imbere y’Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ