Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Maze Dawidi atuma kuri Yowabu, uti Murungikire wa Muheti Uriya. Nuko Yowabu aca arungika Uriya kwa Dawidi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:6
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni wakora neza ntuzokwemerwa? ariko n’utākora neza, icaha kibunze ku rugi: kandi ni wewe cifuza, arik’ ukwiye kukinesha.


Nya mugore asamye inda, atuma kuri Dawidi, ut’ Afise inda.


Uriya amushikiriye, Dawidi amubaza inkuru za Yowabu n’iz’ ingabo, n’uko bigenda mu ntambara.


na Uriya Umuheti; bose na bose bari mirongwitatu n’indwi.


Ūpfukapfuka ibigabitanyo vyiwe ntazoronka umugisha, Arik’ ūvyihana akabireka azogirirwa ikigongwe.


Umwami Imana aravuga, at’ Aba bantu ko bahora baza hafi yanje, bazanye akanwa kabo gusa, bakanyubahisha iminwa yabo, arikw imitima yabo bakayishira kure yanje, n’ukunyubaha kwabo kukaba ar’ icagezwe bigishijwe n’abantu.


Na we abihakanira mu maso ya bose, at’ Ico uvuze sindanakizi.


Yongera kubihakana arahira, at’ Uyo muntu sindanamuzi.


Bun’ atangura kurahira arīsiba, at’ Uyo muntu sindanamuzi. Uwo mwanya inkoko irabika;


Na we aramwishura, ati Naracumuye; yamara none ndakwinginze, untere itēka imbere y’abakuru bo mu bantu banje n’imbere y’Abisirayeli, dusubiraneyo kugira ngo nsenge Uhoraho Imana yawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ