Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Nuko Dawidi atuma intumwa zo kumuzana, aca arenguka i we, bararyamana, kuko yari yihumanuye avuye mu miziro; hanyuma asubira i muhira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:4
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze mwene Hamori Umuhiwi, atwara ico gihugu, yitwa Shekemu, aramubona; aramufata, aramusindira, aryamana na we.


Hanyuma y’ivyo, inabuja agomwa Yosefu, aramubgira, ati Ngo turyamane.


Wewe wabikoreye mu mpisho, ariko jeho nzobikora icese imbere y’Abisirayeli, ku murango nyene.


Iy’ ubonye umusuma, wemeranya na we, Kandi wifatanya n’abasambanyi.


Uko ni kw inzira y’umusambanyikazi imeze: Ararya, akanyuza umunwa mw ivu, Akavuga, ati Nta kibi nakoze.


Kand’ uwo mugabo ni yaramuka aryamanye n’umugore, bompi biyuhagire, bakomeze kuba abahumanye gushitsa ku mugoroba.


Ntihaze hagire uwegera umugore ngw amwambike ubusa, akiri mu muhango wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ