Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nuko Dawidi atuma kubaza uwo mugore uw’ ari we. Baramubarira, bati Si Batisheba mwene Eliyamu, muka Uriya Umuheti?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko nya mworo nta co yar’ afise, atar’ akāgazi k’intama kamwe yari yaraguze, akakarera, kagakura kari kumwe na we n’abana biwe, kakarya ku two kurya twiwe, kakanywera mu gikombe ciwe, kakāma karyama mu gikiriza ciwe, kakamumerera nk’umukobga yivyariye.


na Elifeleti mwene Ahasubayi w’i Mayaka, na Eliyamu mwene Ahitofeli w’i Giloni;


na Uriya Umuheti; bose na bose bari mirongwitatu n’indwi.


kuko Dawidi yakora ivyo Uhoraho abona kw ari vyiza, ntakikame ngw ace mu kintu na kimwe yamugeze igihe cose yamaze akiriho, ukūye ivyo yakoze ku vya Uriya Umuheti.


Aba ni bo yavyariye i Yerusalemu: Shimeya na Shobabu na Natani na Salomo, abo ukw ari bane yabavyaye kuri Batishuwa umukobga wa Amiyeli;


Ntukifuze ubgiza bgiwe mu mutima wawe, Kandi ntagufatishe kubongeka ingohe ziwe.


Bameze nk’impfizi z’amafarasi ahimvye yiruka irya n’ino, umuntu wese akaroherana, arondera umugore wa mugenzi we.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ