Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Hanyuma agandutse, Dawidi atuma kumuzana i we, aramucūra; bavyarana umwana w’umuhungu; arikw ivyo Dawidi yakoze vyababaje Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:27
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico kintu yakoze cari kibi mu nyonga z’Uhoraho, na we nyene aramwica.


N’iki catumye ukēngēra ijambo ryanje jewe Uhoraho, ugakora ivyo mbona kw ari bibi, ukicisha inkota Uriya Umuheti, ugacūra umugore wiwe ukamugira rwawe, na we Uriya ukamwicisha inkota y’Abamoni?


Na ho ni yambarira ngo sindamuhimbaye; ehe ndi hano: n’angire ukw agomba.


Ahabu yumvise ko Naboti yapfuye, arahaguruka, aramanuka, aja gushikīra rwa ruzabibu rwa Naboti w’i Yezireli.


Maze Ahabu abarira Eliya, at’ Urandonse akabero, wa mwansi wanje! Na we ati Ndakuronse akabero koko, kuko witanze gukora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi.


Maz’ ico kintu gitera Imana umwikomo, ni co catumye ihana Abisirayeli.


Uzohonnya abanyabinyoma: Uhoraho yanka urunuka umwicanyi n’ingunge.


Ni ko bimerera uwinjirana umugore wa mugenzi we; Ūmukorako wese ntazobura guhanwa.


Bazobona ibara, abarondera kuzika inama zabo i kuzimu ngo bazihishe Uhoraho, ibikorwa vyabo bikaba mu mwiza, bakavuga, bati Ni nde atubona? kandi bati Ni nde atuzi?


Canke kurya urubanza rw’ umuntu, Umwami Imana ntabishima.


Isayi yavyaye umwami Dawidi. Dawidi yavyaye Salomo kuri muka Uriya,


uyo mugabo azoba yasambanye na we az’ ahe se w’uyo mukobga inkwano ya shekeli z’ ifeza mirongwitanu, uyo aheze abe umugore wiwe, kuko yamwononye; az’ arinde apfa atamwirukanye.


Umubano w’abābīranye ni wubahwe na bose, kand’ uburiri bgabo bgoye guhumanywa: kukw abashakanyi n’abasambanyi Imana izobacirakw iteka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ